Discover
Baru Testimony
10 Episodes
Reverse
Umwanya nikintu gihambaye mubuzima bwacu, bwa misi yose iyo uwukoresheje neza Cover art photo provided by Simon HUMLER on Unsplash: https://unsplash.com/@simonhumlr?utm_source=spreaker&utm_medium=referral
Welcome to our service God bless you
Sunday morning service
Umurimvyi yaririmvye ati mutima wanje Wugire office Mana yanje ati ukuremwo ubucafu.
Ngomba Kuba ikimazi song
Turnein listening
Welcome brother and sister to our program today it's my testimony 17th years go,15th years go God change my life. Ndaramukije mwizina rya Yesu. Ncuti zumusaraba , Izina ryanje; nitwa Baru navukiye mu Burundi 🇧🇮. Nkurira haze yigihugu, ariko Imana yarafashije sinibagira , ururimi rwanje. Beshi iyo bageze hanze, bavuga indimi , zabanyahanga bakibagira kavukire. Ariiko jewe, ndashima Kuba nchibuka ururimi gwanje .Nigitanganza Uhoraho yankoreye kuko nakuze ntarikumwe, nabavyeyi ari Yesu yambaye hafi ambera umuvyeyi. Mungorane nomu magogwa hose yabanye Nanje. Kandi aho hose, nsinamenya gusenga Imana . Kuku, kumenya gusenga nurundi rwego. Kuko uwuzi kwambaza Uhoraho iyo , ashimwe namagorwa aterefona, mw'Ijuru yaba agwaye agasenga Kuko ugutabagwa kwacu , kuva k' Uhoraho Imana ihambaye. Mumyaka 15 iheze Imana yangiriye neza inyisha gusenga nogusengera abandi Ndishimira Imana kubwuburinzi bwayo ijoro numutaga . Ndangije ngutumirira igishingantahe kizokurikira Imana iguhe umugisha utsgabanyije j
Welcome brother and sisters turn in listen don’t forget to sharing program to your friends. Karibu kaka na dada kwa ushuuda wa Leo Ndabahaye kaze bavukanyi ncuti zumusaraba kugishingantahe








