DiscoverBaru TestimonyEpisode 4 - Testimony Igishingantahe
Episode 4 - Testimony Igishingantahe

Episode 4 - Testimony Igishingantahe

Update: 2020-11-15
Share

Description

Welcome brother and sister to our program today it's my testimony 17th years go,15th years go God change my life. Ndaramukije mwizina rya Yesu. Ncuti zumusaraba ,
Izina ryanje; nitwa Baru navukiye mu Burundi 🇧🇮. Nkurira haze yigihugu, ariko Imana yarafashije sinibagira , ururimi rwanje. Beshi iyo bageze hanze, bavuga indimi , zabanyahanga bakibagira kavukire. Ariiko jewe, ndashima Kuba nchibuka ururimi gwanje .
Nigitanganza Uhoraho yankoreye kuko nakuze ntarikumwe, nabavyeyi ari Yesu yambaye hafi ambera umuvyeyi.
Mungorane nomu magogwa hose yabanye Nanje. Kandi aho hose, nsinamenya gusenga Imana . Kuku, kumenya gusenga nurundi rwego. Kuko uwuzi kwambaza Uhoraho iyo , ashimwe namagorwa aterefona, mw'Ijuru yaba agwaye agasenga Kuko ugutabagwa kwacu , kuva k' Uhoraho Imana ihambaye. Mumyaka 15 iheze Imana yangiriye neza inyisha gusenga nogusengera abandi
Ndishimira Imana kubwuburinzi bwayo ijoro numutaga . Ndangije ngutumirira igishingantahe kizokurikira Imana iguhe umugisha utsgabanyije j
Comments 
In Channel
Baru Time

Baru Time

2025-09-0804:06

Sunday morning service

Sunday morning service

2025-05-1802:36:24

Ngomba ko noba Ikimazi

Ngomba ko noba Ikimazi

2024-12-0204:18

Testimony time

Testimony time

2020-04-0956:07

SHUKA BWANA 2

SHUKA BWANA 2

2020-04-0806:46

00:00
00:00
x

0.5x

0.8x

1.0x

1.25x

1.5x

2.0x

3.0x

Sleep Timer

Off

End of Episode

5 Minutes

10 Minutes

15 Minutes

30 Minutes

45 Minutes

60 Minutes

120 Minutes

Episode 4 - Testimony Igishingantahe

Episode 4 - Testimony Igishingantahe

PAZASAUTI STATION